Burundi Flag

BJ-RIDE

Select Your Language / Hitamo Ururimi

Notes

Manage notes sent to drivers and passengers

Send a Note

Drivers/passengers can read but not reply

Sent Notes (2)

iyandikishe

turabamenyesha ko mwese mutegerezwa kwiyandikisha bitarenze itariki ya nyuma yuku kwezi kuko hari ingingo zigioye gufatwa vtyihuta kandi iraba bose kubwivyo ntimwanjanjwe kukiriki kuko bishobora kubashiramu guhagarikwa kutwaza. vugana nababijejwe kugira abafashe kuronka inkaratasi zise musabwa kandi mwemera ko mwese mufise uburenganzira bungana nubwabandi. turabasaba kutavuga nabi mugihe muriko mutwara umukiriya kuko umukiriya numwwami mwese murabizi. twuirinde kandi kuboregwa mugihe muriko mutwaza imodoka kuko amategegeko yuburundi atavyemera. kandi na BJ-RIDE ntituvyemera. gerageza muze murayaga nabakriya mugihe mufise akanyagakwiye ko kubaganiriza. ntiwigere ukoresha terefone canke ngo wandike message mugihe uriko uratwaza kuko bishobora guishira ubuzima bwanyu mukaga. murakoze ' mugire ibihe vyiza yari umuyobozi mukuru wa campany.

driver
passenger
Active
8/16/2026, 10:40:20 PM

PROMOTION

Kubanyagihugu baba mu kibenga, itariki 8 zukukwezi hariho promotion ya 50%

passenger
Active
8/2/2026, 7:16:41 PM